Home / For Sale / Books - Magazines
|    Bookmark and Share Share
Post# A2112875

PDF Iri n’Ijambo Ryanje A na Ω - Kirundi language Ubutumwa bwa Yesu (AFRICA, Africa, World)

Posted on: Thursday, 07 May, 2026  11:58
Updated On: Thursday, 07 May, 2026  07:58
Expires On: Saturday, 06 June, 2026  11:58
Reply to: (Use contact form below)

Product Information Haraciye imyaka ibihumbi bibiri, Yesu w’Inazareti avuze: «Igihe Mpwemu w’ukuri azozira, azobamenyesha ukuri kwose» Ni vyo vyabaye kandi bibandanya kuba biciye muri Gabriele, umuhanuzikazi akaba n’umutangabutumwakazi w’Imana muri iki gihe cacu. Mu gitabo cayo gihambaye c’ubuhishuzi, «Iri n’Ijambo Ryanje. Alpha na Omega. Ubutumwa bwa Yesu. Ubuhishuzi bwa Kristo, buzwi n’abakristo nyakuri mw’isi yose», Kristo ubwiwe aragaragaza mu buryo buramvuye ukuri kw’ubuzima n’inyigisho vy’Umunyanazareti. Aarakosora inyigisho z’amakosa, araduha ivyari vyaranyegejwe na n’ubu n’ibindi kandi «Ukuri kwose», nk’uko yabisezeranye igihe y’isubiriza muri Yesu. Iki gitabo cegeranije bimwe bimwe mu biri mu gitabo gifise impapuro zirenga igihumbi, «Iri n’Ijambo Ryanje»

If you have any questions, please write us in your language.

https://gabriele-publishing.com/ »

0 USD



It is ok to contact this poster with commercial interests.

Bookmark and Share Share
681 hits


Contact this User: 
 
Your email: *
Message: *
Attachment:
The following file types are not allowed: exe, com, bat, vbs, js, jar, scr, pif
Maximum file size: 200KB
Security Code: *
Enter the code shown above into this textbox